Yesaya 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Riragowe ihanga ry’iricumuzi+, abantu buzuye amakosa, uruvyaro rukora ikibi+, abana b’abononyi+! Barahevye Yehova+, ntibubashe wa Mweranda wa Isirayeli+, basubiye inyuma+. Yesaya 54:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Kuko Umuhinguzi wawe Ahambaye+ ari we mugabo akugaba+, Yehova nyen’ingabo rikaba ari ryo zina ryiwe+; kandi wa Mweranda wa Isirayeli ni we Mucunguzi wawe+. Azokwitwa Imana y’isi yose+. Hoseya 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nimuburanye nyoko wanyu+; nimumuburanye, kuko atari umugore wanje+ nanje nkaba ntari umugabo wiwe+. Abwirizwa gukura ubusambanyi bwiwe imbere yiwe, n’ukurenga ibigo kwiwe hagati y’amabere yiwe+,
4 Riragowe ihanga ry’iricumuzi+, abantu buzuye amakosa, uruvyaro rukora ikibi+, abana b’abononyi+! Barahevye Yehova+, ntibubashe wa Mweranda wa Isirayeli+, basubiye inyuma+.
5 “Kuko Umuhinguzi wawe Ahambaye+ ari we mugabo akugaba+, Yehova nyen’ingabo rikaba ari ryo zina ryiwe+; kandi wa Mweranda wa Isirayeli ni we Mucunguzi wawe+. Azokwitwa Imana y’isi yose+.
2 Nimuburanye nyoko wanyu+; nimumuburanye, kuko atari umugore wanje+ nanje nkaba ntari umugabo wiwe+. Abwirizwa gukura ubusambanyi bwiwe imbere yiwe, n’ukurenga ibigo kwiwe hagati y’amabere yiwe+,