ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 16:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Ubwishime buza imbere yo gusenyuka+, umutima wibona na wo imbere yo gutsitara+.

  • Yesaya 3:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Kandi Yehova avuga ati: “Kubera ko abakobwa ba Siyoni bacitse abibona, bakagenda amazosi bararitse, bongera baberengura amaso, bagenda bikumagura, ibirenge vyabo bijegera+,

  • Yeremiya 13:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “Nimwumve kandi mutege ugutwi. Ntimwibone+, kuko Yehova ubwiwe avuze+.

  • 1 Petero 5:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Namwe basore, ni kwo kw’ukwo, muyobokere+ abagabo b’inararibonye. Mugabo mwese mukenyere ukwiyorosha kwo mu muzirikanyi mu vyo mugiriranira+, kuko Imana irwanya abibona, mugabo igaha ubuntu ata wari abukwiriye abicisha bugufi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika