Itanguriro 19:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Maze Yehova agwisha kuri Sodomu no kuri Gomora imvura y’amazuku n’umuriro bivuye kuri Yehova, bivuye mu majuru+. Yesaya 13:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Babiloni, ca kirezi c’ubwami+, bwa bwiza bw’ubwishime bw’Abakaludaya+, itegerezwa gucika nka ca gihe Imana yatembagaza Sodomu na Gomora+. Yeremiya 49:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nk’uko vyabaye igihe Sodomu na Gomora n’ibisagara bibanyi vyatembagazwa+,” ni ko Yehova avuze, “nta muntu azohaba, kandi nta mwana w’abantu azohaba ari kavamahanga+. Gucura intimba 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Igihano c’ikosa ry’umukobwa w’abantu banje kibaye kinini kuruta igihano c’igicumuro ca Sodomu+,Iyaranduwe mu kanya gato, ntihagire amaboko ahindukira kuyitabara+. 2 Petero 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 kandi igatsindisha+ vya bisagara Sodomu na Gomora mu kubihindura iminyota, gutyo igashiriraho abantu batibanga Imana icitegererezo c’ibintu bizoza+;
24 Maze Yehova agwisha kuri Sodomu no kuri Gomora imvura y’amazuku n’umuriro bivuye kuri Yehova, bivuye mu majuru+.
19 Babiloni, ca kirezi c’ubwami+, bwa bwiza bw’ubwishime bw’Abakaludaya+, itegerezwa gucika nka ca gihe Imana yatembagaza Sodomu na Gomora+.
18 Nk’uko vyabaye igihe Sodomu na Gomora n’ibisagara bibanyi vyatembagazwa+,” ni ko Yehova avuze, “nta muntu azohaba, kandi nta mwana w’abantu azohaba ari kavamahanga+.
6 Igihano c’ikosa ry’umukobwa w’abantu banje kibaye kinini kuruta igihano c’igicumuro ca Sodomu+,Iyaranduwe mu kanya gato, ntihagire amaboko ahindukira kuyitabara+.
6 kandi igatsindisha+ vya bisagara Sodomu na Gomora mu kubihindura iminyota, gutyo igashiriraho abantu batibanga Imana icitegererezo c’ibintu bizoza+;