Yeremiya 2:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 “Ab’inzu ya Isirayeli bagize ibimaramare nka birya vy’igisuma iyo gifashwe+, bo hamwe n’abami babo, n’abaganwa babo, n’abaherezi babo be n’abahanuzi babo+. Ezekiyeli 36:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ntimuzobura kwibuka inzira zanyu mbi n’ibikorwa vyanyu bitari bimeze neza+, kandi ntimuzobura kwumva mwishishe ubwanyu kubera amakosa yanyu no kubera ibintu vyanyu biteye ishishi+.
26 “Ab’inzu ya Isirayeli bagize ibimaramare nka birya vy’igisuma iyo gifashwe+, bo hamwe n’abami babo, n’abaganwa babo, n’abaherezi babo be n’abahanuzi babo+.
31 Ntimuzobura kwibuka inzira zanyu mbi n’ibikorwa vyanyu bitari bimeze neza+, kandi ntimuzobura kwumva mwishishe ubwanyu kubera amakosa yanyu no kubera ibintu vyanyu biteye ishishi+.