Abalewi 19:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “‘Ntimuze murenganye mu guca urubanza. Ntukagire nkunzi mu kuntu ufata umuntu mutoyi+, kandi ntugahengamire ku wuhambaye+. Mugenzawe ukwiye kumucira urubanza mu butungane. Abalewi 25:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Niwagurisha ibidandazwa kuri mugenzawe canke ukagura ikintu kuri mugenzawe, ntimuze mugungane+. Gusubira mu vyagezwe 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Ico gihe nyene ntegeka abacamanza banyu nti: ‘Igihe mwumviriza urubanza hagati ya bene wanyu, mutegerezwa guca urubanza mu bugororotsi+ hagati y’umuntu na mwene wabo, canke kavamahanga wiwe+. Zakariya 8:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “‘Ibi ni vyo mukwiye gukora+: Muvugane ukuri+. Mucire imanza mu marembo yanyu mu kuri kandi muce imanza z’amahoro+.
15 “‘Ntimuze murenganye mu guca urubanza. Ntukagire nkunzi mu kuntu ufata umuntu mutoyi+, kandi ntugahengamire ku wuhambaye+. Mugenzawe ukwiye kumucira urubanza mu butungane.
16 “Ico gihe nyene ntegeka abacamanza banyu nti: ‘Igihe mwumviriza urubanza hagati ya bene wanyu, mutegerezwa guca urubanza mu bugororotsi+ hagati y’umuntu na mwene wabo, canke kavamahanga wiwe+.
16 “‘Ibi ni vyo mukwiye gukora+: Muvugane ukuri+. Mucire imanza mu marembo yanyu mu kuri kandi muce imanza z’amahoro+.