-
Gusubira mu vyagezwe 30:16Bibiliya y’isi nshasha
-
-
16 Niwumviriza amabwirizwa ya Yehova Imana yawe, ayo ndagutegetse uno musi, ku buryo ukunda Yehova Imana yawe+, ukagendera mu nzira ziwe kandi ugashitsa amabwirizwa yiwe+ n’ivyagezwe vyiwe n’ingingo ziwe z’ubutungane+, ntuzobura rero kubaho+ no kugwira, kandi Yehova Imana yawe ntazobura kuguhezagira mu gihugu ugiye kwigarurira+.
-