Daniyeli 7:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Inyuma y’ivyo, mbandanya kwitegereza, maze ehe raba, ikindi gikoko, kimeze nk’ingwe+, mugabo ku mugongo waco cari gifise amababa ane y’ikiremwa kiguruka. Nya gikoko cari gifise imitwe ine+; gihabwa ubutware koko. Daniyeli 8:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ya suguru y’impene y’ivyoya na yo, igereranya umwami w’Ubugiriki+; nayo rya hembe rinini ryari hagati y’amaso yayo, rigereranya umwami wa mbere+. Daniyeli 10:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nuko, avuga kandi ati: “Ubwo vy’ukuri urazi igituma naje kuri wewe? Ubu ngira nsubire kurwana na wa muganwa w’Ubuperesi+. Ninasohoka, ehe umuganwa w’Ubugiriki na we araza+. Daniyeli 11:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Maze umwami w’inkomezi azohaguruka koko, aganze ari n’ubutware buhambaye+, akore ivyo yigombeye+.
6 “Inyuma y’ivyo, mbandanya kwitegereza, maze ehe raba, ikindi gikoko, kimeze nk’ingwe+, mugabo ku mugongo waco cari gifise amababa ane y’ikiremwa kiguruka. Nya gikoko cari gifise imitwe ine+; gihabwa ubutware koko.
21 Ya suguru y’impene y’ivyoya na yo, igereranya umwami w’Ubugiriki+; nayo rya hembe rinini ryari hagati y’amaso yayo, rigereranya umwami wa mbere+.
20 Nuko, avuga kandi ati: “Ubwo vy’ukuri urazi igituma naje kuri wewe? Ubu ngira nsubire kurwana na wa muganwa w’Ubuperesi+. Ninasohoka, ehe umuganwa w’Ubugiriki na we araza+.