Daniyeli 2:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Umwami abwira Daniyeli ati: “Ni ukuri, Imana yanyu ni Imana iruta izindi mana*+, n’Umukama w’abami+ ikaba n’Umuhishuzi w’amabanga, kuko washoboye guhishura iryo banga+.” Daniyeli 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Amaherezo hinjira Daniyeli, umwe yitwa Beluteshazari+ hisunzwe izina ry’imana yanje+, uwurimwo impwemu ya za mana nyeranda+, aza imbere yanje; maze imbere yiwe nigana nya ndoto, nti: Daniyeli 4:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “‘Iyo ni yo ndoto jewe Umwami Nebukadinezari nabonye; nawe ga Beluteshazari, vuga insobanuro iyo ari yo, narirya izindi nkerebutsi zose zo mu bwami bwanje zidashoboye kumenyesha insobanuro+. Ariko wewe urabishoboye, kuko impwemu y’imana z’inyeranda iri muri wewe+.’
47 Umwami abwira Daniyeli ati: “Ni ukuri, Imana yanyu ni Imana iruta izindi mana*+, n’Umukama w’abami+ ikaba n’Umuhishuzi w’amabanga, kuko washoboye guhishura iryo banga+.”
8 Amaherezo hinjira Daniyeli, umwe yitwa Beluteshazari+ hisunzwe izina ry’imana yanje+, uwurimwo impwemu ya za mana nyeranda+, aza imbere yanje; maze imbere yiwe nigana nya ndoto, nti:
18 “‘Iyo ni yo ndoto jewe Umwami Nebukadinezari nabonye; nawe ga Beluteshazari, vuga insobanuro iyo ari yo, narirya izindi nkerebutsi zose zo mu bwami bwanje zidashoboye kumenyesha insobanuro+. Ariko wewe urabishoboye, kuko impwemu y’imana z’inyeranda iri muri wewe+.’