ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Namwe nzobasanzaza mu mahanga+, kandi nzosokora inkota mu rwubati inyuma yanyu+. Igihugu canyu kizotegerezwa gucika umusaka+, ibisagara vyanyu na vyo bicike ibihomvagurike.

  • Gusubira mu vyagezwe 4:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Kandi Yehova ata gukeka azobasanzaza mu bisata vy’abantu+, kandi koko muzosigara muri inkehwa+ mu mahanga Yehova azobirukaniramwo.

  • Gusubira mu vyagezwe 28:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Uzovyara abahungu n’abakobwa, mugabo ntibazoguma ari rwawe, kuko bazoja kugirwa imbohe+.

  • 2 Abami 17:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Mu mwaka ugira icenda wa Hosheya, umwami wa Ashuri afata Samariya+ maze ajana Isirayeli mu bunyagano+ i Ashuri; abashira i Hala+ n’i Habori, iruhande y’uruzi Gozani+ no mu bisagara vy’Abamedi+ ngo babeyo.

  • Yesaya 11:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: Yehova azokwongera gutanga ukuboko kwiwe, ubugira kabiri+, kugira ngo yironse amasigarira y’abantu biwe bazoba basigaye, bavuye muri Ashuri+ no mu Misiri+ n’i Patirosi+ n’i Kushi+ n’i Elamu+ n’i Shinari+ n’i Hamati no mu mazinga y’ikiyaga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika