Yesaya 9:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Abantu ntibagarutse ku wabakubita+, kandi ntibarondeye Yehova nyen’ingabo+. Yesaya 64:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nta n’umwe yambaza izina ryawe+, nta n’umwe avyuka ngo agufate; kuko waduhishije mu maso hawe+, ugatuma dushongeshwa+ n’ububasha bw’ikosa ryacu. Yeremiya 2:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Narakubise abahungu banyu ntihagira ikivamwo+. Ntibemeye gutozwa indero+. Inkota yanyu yararokeje abahanuzi banyu, nka kurya kw’intambwe iyogeza+. Yeremiya 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ewe Yehova, mbega amaso yawe ntari ku bwizigirwa+? Warabakubise+, mugabo ntibarwaye+. Warabatikije+. Baranse gutozwa indero+. Bakomantaje mu maso habo kurusha urutare+. Baranse kugaruka+.
7 Nta n’umwe yambaza izina ryawe+, nta n’umwe avyuka ngo agufate; kuko waduhishije mu maso hawe+, ugatuma dushongeshwa+ n’ububasha bw’ikosa ryacu.
30 Narakubise abahungu banyu ntihagira ikivamwo+. Ntibemeye gutozwa indero+. Inkota yanyu yararokeje abahanuzi banyu, nka kurya kw’intambwe iyogeza+.
3 Ewe Yehova, mbega amaso yawe ntari ku bwizigirwa+? Warabakubise+, mugabo ntibarwaye+. Warabatikije+. Baranse gutozwa indero+. Bakomantaje mu maso habo kurusha urutare+. Baranse kugaruka+.