Yesaya 6:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nanje mvuga nti: “Ndigorewe! Kuko mbaye nk’uwunumijwe, kubera ko ndi umuntu w’iminwa ihumanye+, nkaba mba mu bantu b’iminwa ihumanye+; kuko amaso yanje abonye Umwami, Yehova nyen’ingabo, ubwiwe+!”
5 Nanje mvuga nti: “Ndigorewe! Kuko mbaye nk’uwunumijwe, kubera ko ndi umuntu w’iminwa ihumanye+, nkaba mba mu bantu b’iminwa ihumanye+; kuko amaso yanje abonye Umwami, Yehova nyen’ingabo, ubwiwe+!”