1 Ngoma 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko Yuda+ yabaye mukuru muri bene wabo; kandi uwobaye indongozi yakomotse muri we+; mugabo uburenganzira bw’imfura bwari ubwa Yozefu+— Yesaya 55:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Raba! Namutanze+ nk’icabona+ ku miryango y’amahanga+, nk’indongozi+ n’umutware+ ku miryango y’amahanga. Daniyeli 11:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nayo amaboko+ y’isegenya, azorengerwa n’isegenya kubera we, kandi azovunagurwa+; ni na ko bizogendera+ ya Ndongozi+ y’isezerano+. Matayo 23:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Eka mbere ntimukitwe ‘indongozi+,’ kuko Indongozi yanyu ari imwe, ni Kristu. Yohani 1:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Natanayeli aramwishura ati: “Rabi, uri Umwana w’Imana+, uri Umwami+ wa Isirayeli.”
2 Kuko Yuda+ yabaye mukuru muri bene wabo; kandi uwobaye indongozi yakomotse muri we+; mugabo uburenganzira bw’imfura bwari ubwa Yozefu+—
4 Raba! Namutanze+ nk’icabona+ ku miryango y’amahanga+, nk’indongozi+ n’umutware+ ku miryango y’amahanga.
22 Nayo amaboko+ y’isegenya, azorengerwa n’isegenya kubera we, kandi azovunagurwa+; ni na ko bizogendera+ ya Ndongozi+ y’isezerano+.