Abacamanza 6:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Gideyoni atahura rero ko yari umumarayika wa Yehova+. Gideyoni aca avuga ati: “Ndagowe, Mukama Segaba Yehova, kuko mbonye umumarayika wa Yehova amaso mu yandi+!”
22 Gideyoni atahura rero ko yari umumarayika wa Yehova+. Gideyoni aca avuga ati: “Ndagowe, Mukama Segaba Yehova, kuko mbonye umumarayika wa Yehova amaso mu yandi+!”