Itanguriro 16:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mu nyuma umumarayika wa Yehova+ amusanga kw’isôko ry’amazi mu gahinga, kw’isôko ryo ku nzira ija i Shuri+. Itanguriro 16:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko atangura kwambaza izina rya Yehova, uwariko avugana na we, ati: “Uri Imana ibona*+,” kuko yavuze ati: “Mbega ng’aha naravye vy’ukuri uwumbona?” Itanguriro 32:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Amaherezo Yakobo asigara ari wenyene. Maze umugabo umwe atangura kunyinyurana na we gushika umutwenzi utambitse+. Itanguriro 32:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Ku bw’ivyo Yakobo aho hantu ahita Peniyeli*+, kuko yavuze ati: “Nabonye Imana amaso mu yandi, yamara ndarokoka+.” Abacamanza 13:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nuko rero Manowa abwira umugore wiwe ati: “Turapfa ata kabuza+, kuko Imana ari yo twabonye+.” Luka 1:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mugabo Zekariya ahagarika umutima kubera ivyo bintu abonye, ubwoba buramutekera+.
7 Mu nyuma umumarayika wa Yehova+ amusanga kw’isôko ry’amazi mu gahinga, kw’isôko ryo ku nzira ija i Shuri+.
13 Nuko atangura kwambaza izina rya Yehova, uwariko avugana na we, ati: “Uri Imana ibona*+,” kuko yavuze ati: “Mbega ng’aha naravye vy’ukuri uwumbona?”
24 Amaherezo Yakobo asigara ari wenyene. Maze umugabo umwe atangura kunyinyurana na we gushika umutwenzi utambitse+.
30 Ku bw’ivyo Yakobo aho hantu ahita Peniyeli*+, kuko yavuze ati: “Nabonye Imana amaso mu yandi, yamara ndarokoka+.”