Itanguriro 16:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mu nyuma umumarayika wa Yehova+ amusanga kw’isôko ry’amazi mu gahinga, kw’isôko ryo ku nzira ija i Shuri+. Itanguriro 16:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko atangura kwambaza izina rya Yehova, uwariko avugana na we, ati: “Uri Imana ibona*+,” kuko yavuze ati: “Mbega ng’aha naravye vy’ukuri uwumbona?” Itanguriro 32:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Amaherezo Yakobo asigara ari wenyene. Maze umugabo umwe atangura kunyinyurana na we gushika umutwenzi utambitse+. Itanguriro 32:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Ku bw’ivyo Yakobo aho hantu ahita Peniyeli*+, kuko yavuze ati: “Nabonye Imana amaso mu yandi, yamara ndarokoka+.” Kuvayo 33:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Yongerako ati: “Ntushobora kubona mu maso hanje, kuko ata muntu yombona ngo abeho+.” Yohani 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nta muntu n’umwe yigeze kubona Imana+; wa mwana w’ikinege*+ ari mu gikiriza+ ca Se ni we yayisiguye+.
7 Mu nyuma umumarayika wa Yehova+ amusanga kw’isôko ry’amazi mu gahinga, kw’isôko ryo ku nzira ija i Shuri+.
13 Nuko atangura kwambaza izina rya Yehova, uwariko avugana na we, ati: “Uri Imana ibona*+,” kuko yavuze ati: “Mbega ng’aha naravye vy’ukuri uwumbona?”
24 Amaherezo Yakobo asigara ari wenyene. Maze umugabo umwe atangura kunyinyurana na we gushika umutwenzi utambitse+.
30 Ku bw’ivyo Yakobo aho hantu ahita Peniyeli*+, kuko yavuze ati: “Nabonye Imana amaso mu yandi, yamara ndarokoka+.”
18 Nta muntu n’umwe yigeze kubona Imana+; wa mwana w’ikinege*+ ari mu gikiriza+ ca Se ni we yayisiguye+.