ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 6:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Gideyoni atahura rero ko yari umumarayika wa Yehova+.

      Gideyoni aca avuga ati: “Ndagowe, Mukama Segaba Yehova, kuko mbonye umumarayika wa Yehova amaso mu yandi+!”

  • Daniyeli 10:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nuko nsigara ndi jenyene, ndaheza mbona ukwo kubonekerwa gukomeye. Ntihagira inkomezi na nkeya zinsigaramwo, iteka ryanje rirahinduka, rirakamangana, sinasigarana inkomezi na nkeya+.

  • Ivyakozwe 10:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Koruneliyo amuhanga amaso, agira ubwoba, avuga ati: “Ni iki ga Mukama?” Na we amubwira ati: “Amasengesho yawe+ n’imfashanyo uha aboro vyaduze nk’icibutso imbere y’Imana+.

  • Ivyahishuwe 1:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Aho ndamuboneye, ngwa nk’uwapfuye imbere y’ibirenge vyiwe.

      Maze anshirako ukuboko kwiwe kw’ukuryo, avuga ati: “Ntutinye+. Ndi uwa Mbere+ n’uwa Nyuma+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika