2 Abatesalonika 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ntihagire uwubaryosharyosha mu buryo na bumwe, kuko uwo musi utazoza bwa buhuni+ butabanje kuza na wa muntu w’ubugarariji+ agahishurwa+, wa mwana wo kuranduka+.
3 Ntihagire uwubaryosharyosha mu buryo na bumwe, kuko uwo musi utazoza bwa buhuni+ butabanje kuza na wa muntu w’ubugarariji+ agahishurwa+, wa mwana wo kuranduka+.