Daniyeli 11:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Uwuzoba aje kumurwanya azokora ivyo yigombeye, kandi nta n’umwe azomuhagarara imbere. Azohagarara muri ca gihugu c’Ikirezi+, kandi mu kuboko kwiwe hazoba hari ugutikiza+.
16 Uwuzoba aje kumurwanya azokora ivyo yigombeye, kandi nta n’umwe azomuhagarara imbere. Azohagarara muri ca gihugu c’Ikirezi+, kandi mu kuboko kwiwe hazoba hari ugutikiza+.