Yosuwa 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Na we avuga ati: “Oya, ahubwo jewe ubu naje bwa mukuru w’ingabo za Yehova+.” Yosuwa aca yubarara hasi+, akubita inkoro hasi maze amubwira ati: “Umukama wanje agira abwire iki umusavyi wiwe?” Yesaya 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko hari umwana atuvukiye+, hari umuhungu duhawe+; ubutware bwa kiganwa buzoba ku rutugu rwiwe+. Kandi izina azokwitwa ni Umujanama w’agatangaza+, Imana ikomeye+, Data ahoraho+, Umuganwa w’amahoro+. Ezekiyeli 34:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kandi jewe Yehova nzoba Imana yazo+, umusavyi wanje Dawidi na we abe umukuru wazo hagati muri zo+. Jewe Yehova, ndavuze. Daniyeli 10:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ariko ndakubwira ivyanditswe mu candikano c’ukuri+, kandi nta n’umwe ashikamanye nanje muri ivyo atari Mikaheli+, wa muganwa wanyu+.
14 Na we avuga ati: “Oya, ahubwo jewe ubu naje bwa mukuru w’ingabo za Yehova+.” Yosuwa aca yubarara hasi+, akubita inkoro hasi maze amubwira ati: “Umukama wanje agira abwire iki umusavyi wiwe?”
6 Kuko hari umwana atuvukiye+, hari umuhungu duhawe+; ubutware bwa kiganwa buzoba ku rutugu rwiwe+. Kandi izina azokwitwa ni Umujanama w’agatangaza+, Imana ikomeye+, Data ahoraho+, Umuganwa w’amahoro+.
24 Kandi jewe Yehova nzoba Imana yazo+, umusavyi wanje Dawidi na we abe umukuru wazo hagati muri zo+. Jewe Yehova, ndavuze.
21 Ariko ndakubwira ivyanditswe mu candikano c’ukuri+, kandi nta n’umwe ashikamanye nanje muri ivyo atari Mikaheli+, wa muganwa wanyu+.