12 “Muri ico gihe Mikaheli+ azohaguruka, wa muganwa ahambaye+ ahagaze+ arwanira abana b’igisata cawe+. Kandi hazoba koko igihe c’amarushwa atari bwigere abaho kuva habaho ihanga gushika ico gihe+. Kandi muri ico gihe abantu bawe bazorokoka+, uwo wese azosangwa yanditswe muri ca gitabu+.