Yesaya 26:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Genda, wa gisata canje, winjire mu vyumba vyawe, wugare imiryango yawe inyuma yawe+. Niwinyegeze akanya gatoyi gusa gushika imisibo irenganye+. Yoweli 2:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Izuba rizohinduka umwiza+, ukwezi guhinduke amaraso+, imbere y’uko haza wa musi uhambaye kandi uteye ubwoba wa Yehova+. Matayo 24:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nkako, iyo misi iyaba itogeruwe, nta gifise umubiri cokize; mugabo ku bw’abatowe+, iyo misi izogerurwa+. Ivyahishuwe 7:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze umwe muri ba bakurambere+ aca ambwira ati: “Aba bambaye amakanzu yera+, ni bande kandi bavuye hehe?”
20 “Genda, wa gisata canje, winjire mu vyumba vyawe, wugare imiryango yawe inyuma yawe+. Niwinyegeze akanya gatoyi gusa gushika imisibo irenganye+.
31 Izuba rizohinduka umwiza+, ukwezi guhinduke amaraso+, imbere y’uko haza wa musi uhambaye kandi uteye ubwoba wa Yehova+.
22 Nkako, iyo misi iyaba itogeruwe, nta gifise umubiri cokize; mugabo ku bw’abatowe+, iyo misi izogerurwa+.
13 Maze umwe muri ba bakurambere+ aca ambwira ati: “Aba bambaye amakanzu yera+, ni bande kandi bavuye hehe?”