Yakobo 1:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Hahiriwe umuntu aguma yihanganiye ikigeragezo+, kuko niyashimwa azoronka rwa rugori rw’ubuzima+ Yehova yasezeranira ababandanya kumukunda+. Yakobo 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Raba! Abihanganye tubita abahirwe+. Mwarumvise ivya kwa kwihangana kwa Yobu+ mwongera murabona icavuyemwo gitanzwe na Yehova+, murabona yuko Yehova ari umunyakibabarwe cane n’umunyembabazi+.
12 Hahiriwe umuntu aguma yihanganiye ikigeragezo+, kuko niyashimwa azoronka rwa rugori rw’ubuzima+ Yehova yasezeranira ababandanya kumukunda+.
11 Raba! Abihanganye tubita abahirwe+. Mwarumvise ivya kwa kwihangana kwa Yobu+ mwongera murabona icavuyemwo gitanzwe na Yehova+, murabona yuko Yehova ari umunyakibabarwe cane n’umunyembabazi+.