Ezekiyeli 20:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Kandi ibiza mu mutima wanyu*+ ntibizoruha bishika+, ko muvuga ngo: “Tube nk’amahanga, nk’imiryango yo mu bihugu+, mu gukorera ibiti n’amabuye+.”’”
32 Kandi ibiza mu mutima wanyu*+ ntibizoruha bishika+, ko muvuga ngo: “Tube nk’amahanga, nk’imiryango yo mu bihugu+, mu gukorera ibiti n’amabuye+.”’”