Yesaya 44:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mpindura ubusa ibimenyetso vy’abavuga amajambo agaragara, kandi ndi Umwe atuma abaraguzi bakora nk’abasazi+; Umwe asubiza inyuma abantu b’inkerebutsi, n’Umwe ahindura ubumenyi bwabo ubupfu+; Yeremiya 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi bagerageza gukiza bimwe vy’indenzirenzi ugusenyuka kw’abantu banje+, bakavuga bati: ‘Hari amahoro! Hari amahoro!’, kandi ata mahoro ariho+.
25 Mpindura ubusa ibimenyetso vy’abavuga amajambo agaragara, kandi ndi Umwe atuma abaraguzi bakora nk’abasazi+; Umwe asubiza inyuma abantu b’inkerebutsi, n’Umwe ahindura ubumenyi bwabo ubupfu+;
14 Kandi bagerageza gukiza bimwe vy’indenzirenzi ugusenyuka kw’abantu banje+, bakavuga bati: ‘Hari amahoro! Hari amahoro!’, kandi ata mahoro ariho+.