1 Abami 17:1 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko Eliya+ Umutishibe wo mu baba i Gileyadi+ abwira Ahabu ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+ Imana ya Isirayeli, uwo mpagarara+ imbere koko, muri iyi myaka nta kime canke imvura bizohaba+, kiretse kw’itegeko ry’ijambo ryanje+!” 2 Abami 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko atora nya mpuzu y’ibango ya Eliya yari yakorotse ivuye kuri we, akubita amazi+ hanyuma avuga ati: “Yehova Imana ya Eliya ari hehe+?” Akubise amazi, buhorobuhoro aca arigabura, amwe hino ayandi hirya, ku buryo Elisha ajabuka.
17 Nuko Eliya+ Umutishibe wo mu baba i Gileyadi+ abwira Ahabu ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+ Imana ya Isirayeli, uwo mpagarara+ imbere koko, muri iyi myaka nta kime canke imvura bizohaba+, kiretse kw’itegeko ry’ijambo ryanje+!”
14 Nuko atora nya mpuzu y’ibango ya Eliya yari yakorotse ivuye kuri we, akubita amazi+ hanyuma avuga ati: “Yehova Imana ya Eliya ari hehe+?” Akubise amazi, buhorobuhoro aca arigabura, amwe hino ayandi hirya, ku buryo Elisha ajabuka.