1 Abami 18:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ubu rero, nutume intumwa gukoraniriza Isirayeli yose iruhande yanje ku musozi Karumeli+, na ba bahanuzi ba Bayali+ amajana ane na mirongo itanu be na ba bahanuzi amajana ane b’igikingi ceranda+, barira ku meza ya Yezebeli+.” Yeremiya 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi bagerageza gukiza bimwe vy’indenzirenzi ugusenyuka kw’abantu banje+, bakavuga bati: ‘Hari amahoro! Hari amahoro!’, kandi ata mahoro ariho+. Yeremiya 14:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nca mvuga nti: “Yoo, ewe Mukama Segaba Yehova! Ehe abahanuzi bababwira ngo: ‘Nta nkota muzobona, kandi nta kigoyi kizobazako, mugabo amahoro nyakuri ni yo nzobaha aha hantu+.’”
19 Ubu rero, nutume intumwa gukoraniriza Isirayeli yose iruhande yanje ku musozi Karumeli+, na ba bahanuzi ba Bayali+ amajana ane na mirongo itanu be na ba bahanuzi amajana ane b’igikingi ceranda+, barira ku meza ya Yezebeli+.”
14 Kandi bagerageza gukiza bimwe vy’indenzirenzi ugusenyuka kw’abantu banje+, bakavuga bati: ‘Hari amahoro! Hari amahoro!’, kandi ata mahoro ariho+.
13 Nca mvuga nti: “Yoo, ewe Mukama Segaba Yehova! Ehe abahanuzi bababwira ngo: ‘Nta nkota muzobona, kandi nta kigoyi kizobazako, mugabo amahoro nyakuri ni yo nzobaha aha hantu+.’”