2 Abami 17:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 kandi ng’aho kuri ivyo bibanza bikirurutse vyose babandanya kuhafumbishiriza umwotsi w’ibimazi nk’amahanga+ Yehova yari yaratwaye mu bunyagano kubera bo, baguma bakora ibintu bibi kugira ngo bababaze+ Yehova. Ezekiyeli 23:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Nuko Ohola atangura kugira ubumaraya+, kandi ari je ndamugaba, aguma agirira inambu ikomeye abamukunda urukundo rukaze+, ayigirira Abashuri+, abari hafi,
11 kandi ng’aho kuri ivyo bibanza bikirurutse vyose babandanya kuhafumbishiriza umwotsi w’ibimazi nk’amahanga+ Yehova yari yaratwaye mu bunyagano kubera bo, baguma bakora ibintu bibi kugira ngo bababaze+ Yehova.
5 “Nuko Ohola atangura kugira ubumaraya+, kandi ari je ndamugaba, aguma agirira inambu ikomeye abamukunda urukundo rukaze+, ayigirira Abashuri+, abari hafi,