ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 30:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kuko, “ehe imisi iraje,” ni ko Yehova avuze, “kandi nzokoranya abantu banje bagizwe imbohe, Isirayeli na Yuda+,” ni ko Yehova avuze, “kandi nzobagarukana mu gihugu nahaye ba sekuruza babo, na bo bazosubira kucigabira koko+.”’”

  • Ezekiyeli 38:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “Vuga rero ubuhanuzi, ewe mwana w’umuntu, ubwire Gogi uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Mbega ku musi igisata canje Isirayeli kizoba cibereye mu mutekano, si ho uzobimenya+?

  • Zefaniya 3:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Ico gihe nzobacūra, emwe, mu gihe canje co kubakoraniriza hamwe. Kuko nzobagira izina n’ishemezo mu bisata vy’abantu vyose vyo kw’isi, ninagarukana imbohe zanyu muvyibonera,” ni ko Yehova avuze+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika