ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 12:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ibi ni vyo Yehova avuze ku babanyi banje bose babi+, abakora ku ntoranwa nagabiye abantu banje, egome Isirayeli+: “Ehe ngira ndabarandure ku butaka bwabo+; kandi inzu ya Yuda nzoyirandura hagati muri bo+.

  • Ezekiyeli 35:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “Ko uvuga ngo: ‘Aya mahanga abiri be n’ibi bihugu bibiri bizoba rwanje, kandi ntituzobura kwigarurira igihugu kimwekimwe cose+,’ kandi Yehova ubwiwe akaba yari ng’aho+,

  • Zefaniya 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “Narumvise agacokoro ka Mowabu+ be n’amajambo y’ibitutsi ya bene Amoni+, ivyo batutse abantu banje, bakaguma bihambaza barwanya akarere kabo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika