Zakariya 12:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuri uwo musi, Yehova azokingira irya n’ino ababa i Yeruzalemu+; kandi kuri uwo musi uwutsitara muri bo azoba koko nka Dawidi+, inzu ya Dawidi na yo ibe nk’Imana+, nk’umumarayika wa Yehova imbere yabo+.
8 Kuri uwo musi, Yehova azokingira irya n’ino ababa i Yeruzalemu+; kandi kuri uwo musi uwutsitara muri bo azoba koko nka Dawidi+, inzu ya Dawidi na yo ibe nk’Imana+, nk’umumarayika wa Yehova imbere yabo+.