Zaburi 48:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nk’uko nyene twavyumvise, ni ko tubibonye+Mu gisagara ca Yehova nyen’ingabo, mu gisagara c’Imana yacu+.Imana ubwayo izogishimangira gushika igihe kitagira urugero+. Sela. Yesaya 60:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Aho kuba uwahebwe buhere be n’uwanswe, aho ata n’umwe arengana+, nzokugira koko ikintu co kwishimira gushika igihe kitagira urugero, nkugire umwigino uko iyaruka rikurikira irindi+. Amosi 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “‘Nzobateragira koko ku butaka bwabo, kandi ntibazokwongera kurandurwa ku butaka bwabo nabihereye+,’ ni ko Yehova Imana yawe avuze.”
8 Nk’uko nyene twavyumvise, ni ko tubibonye+Mu gisagara ca Yehova nyen’ingabo, mu gisagara c’Imana yacu+.Imana ubwayo izogishimangira gushika igihe kitagira urugero+. Sela.
15 “Aho kuba uwahebwe buhere be n’uwanswe, aho ata n’umwe arengana+, nzokugira koko ikintu co kwishimira gushika igihe kitagira urugero, nkugire umwigino uko iyaruka rikurikira irindi+.
15 “‘Nzobateragira koko ku butaka bwabo, kandi ntibazokwongera kurandurwa ku butaka bwabo nabihereye+,’ ni ko Yehova Imana yawe avuze.”