ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 10:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Musa buno nyene aramvura ukuboko kwiwe yerekeza mu majuru, maze umwiza w’umuzimagiza utangura kuza mu gihugu cose ca Misiri kumara imisi itatu+.

  • Kuvayo 14:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Nuko ija hagati y’ikambi y’Abanyamisiri n’ikambi ya Isirayeli+. Ku ruhande rumwe yari igicu kiri kumwe n’umwiza. Ku rundi ruhande yaguma ibonesha mw’ijoro+. Kandi umugwi wo hino ntiwegereye uwo hirya, ijoro ryose.

  • Yesaya 5:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Kandi bazotontomera kuri yo kuri uwo musi nk’ugutontoma kw’ikiyaga+. Kandi umuntu azokwitegereza igihugu, asange hari umwiza uteye agahinda+; mbere n’umuco wacuze umwiza kubera amama atibagurikira kuri co.

  • Yeremiya 13:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Nimuninahaze Yehova Imana yanyu+, atarazana umwiza+, n’ibirenge vyanyu bitaratsitaranako ku misozi buhwibiriye+. Muzokwizigira kuronka umuco+, na we atume koko uba igitutu kizitanye+; azowuhindura umuzimagiza w’umuzitanya+.

  • Amosi 8:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “‘Kandi uku ni ko bizoba kuri uwo musi,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Nzotuma izuba rirenga ku mutaga w’amaminangohe+, nteze igihugu umwiza ku musi umuco ari wose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika