Imigani 11:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Uwurondera iciza azoguma arondera ubutoni+; mugabo uwuhîga ikibi we kizomuzako+. Yesaya 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nimwiyoze+, mwihumanure+; nimukure ububi bw’ibikorwa vyanyu imbere y’amaso yanje+, mureke gukora ikibi+. Mika 6:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yaraguhishuriye iciza ico ari co+, ewe muntu yakuwe mw’ivu! None hari ikindi Yehova agusaba atari ugukurikiza ubutungane+ no gukunda ubuntu+ no kugendana n’Imana yawe+ wifashe ruto+? Abaroma 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 ubuzima budahera ku bariko barondera ubuninahazwa n’iteka n’ukutabora+ mu kwihangana mu gikorwa ciza;
16 Nimwiyoze+, mwihumanure+; nimukure ububi bw’ibikorwa vyanyu imbere y’amaso yanje+, mureke gukora ikibi+.
8 Yaraguhishuriye iciza ico ari co+, ewe muntu yakuwe mw’ivu! None hari ikindi Yehova agusaba atari ugukurikiza ubutungane+ no gukunda ubuntu+ no kugendana n’Imana yawe+ wifashe ruto+?
7 ubuzima budahera ku bariko barondera ubuninahazwa n’iteka n’ukutabora+ mu kwihangana mu gikorwa ciza;