ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 20:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 “Ntukihingurire igishusho c’ikibazano canke ishusho imeze nk’ikintu ico ari co cose kiri mu majuru hejuru canke kw’isi hasi canke mu mazi munsi y’isi+.

  • Zaburi 115:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Ababikora bazomera nka vyo+,

      Egome, abo bose bavyizigira+.

  • Ivyakozwe 7:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 Ahubwo ihema rya Moloki+ be n’inyenyeri+ y’imana Refani ni vyo mwatwaye, bikaba ari ibishusho mwakoze ngo mubisenge. Ku bw’ivyo rero nzobambukana+ hirya ya Babiloni.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika