ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 10:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kubera iki umubisha yagaye Imana+?

      Yavuze mu mutima wiwe ngo: “Ntuzogira ico ubaza+.”

  • Umusiguzi 8:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kubera ko urubanza rwo guhasha igikorwa kibi rutashikijwe ningoga+, ni co gituma umutima w’abana b’abantu wiyemeje rwose muri bo gukora ikibi+.

  • Yesaya 56:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “Nimuze! Reka mfate akavinyu, tunywe inzoga iboreza twikure+. Kandi ejo ntihazobura kumera nk’uno musi, habe ahakomeye cane rwose kuruta+.”

  • Ezekiyeli 12:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 “Mwana w’umuntu, ehe ab’inzu ya Isirayeli bariko bavuga ngo: ‘Ivyo yerekwa ni ivy’imisi ya kure, kandi ariko avuga ubuhanuzi bw’ibihe vya kure+.’

  • 2 Petero 3:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 bavuga+ ngo: “Ukwo kuhaba kwiwe kwasezeranywe kuri hehe+? Erega, kuva umusi ba sogokuruza bacu basinzira mu rupfu, ibintu vyose bibandanya neza na neza nko kuva mu ntango y’irema+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika