2 Abami 17:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mbere na Yuda ntiyagumije amabwirizwa ya Yehova Imana yabo+, mugabo batangura kugendera mu vyagezwe vya Isirayeli+, ivyo bano bari barashinze. Yeremiya 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 ‘kuko hari ibintu bibiri bibi abantu banje bakoze: Barampevye+, jewe sôko ry’amazi mazima+, kugira ngo biyimbire amatangi, amatangi yatobotse adashobora kubika amazi.’ Yeremiya 9:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 egome, ngire ico mbaza Misiri+, na Yuda+, na Edomu+, na bene Amoni+, na Mowabu+, n’abantu bose bamoye imishatsi mu misaya baba mu gahinga+; kuko amahanga yose atagenyerewe kandi n’inzu yose ya Isirayeli ntibe igenyerewe mu mutima+.”
19 Mbere na Yuda ntiyagumije amabwirizwa ya Yehova Imana yabo+, mugabo batangura kugendera mu vyagezwe vya Isirayeli+, ivyo bano bari barashinze.
13 ‘kuko hari ibintu bibiri bibi abantu banje bakoze: Barampevye+, jewe sôko ry’amazi mazima+, kugira ngo biyimbire amatangi, amatangi yatobotse adashobora kubika amazi.’
26 egome, ngire ico mbaza Misiri+, na Yuda+, na Edomu+, na bene Amoni+, na Mowabu+, n’abantu bose bamoye imishatsi mu misaya baba mu gahinga+; kuko amahanga yose atagenyerewe kandi n’inzu yose ya Isirayeli ntibe igenyerewe mu mutima+.”