2 Ngoma 30:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ntimube nka ba sogokuruza banyu+ na bene wanyu bahemutse kuri Yehova Imana ya ba sekuruza babo, ku buryo abagira akajoreza+, nk’uko muvyibonera. Yeremiya 9:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 mugabo bakaguma bakurikira akagagazo k’umutima wabo+ n’ibishusho vya Bayali+, ivyo ba se babigishije+;
7 Ntimube nka ba sogokuruza banyu+ na bene wanyu bahemutse kuri Yehova Imana ya ba sekuruza babo, ku buryo abagira akajoreza+, nk’uko muvyibonera.
14 mugabo bakaguma bakurikira akagagazo k’umutima wabo+ n’ibishusho vya Bayali+, ivyo ba se babigishije+;