2 Samweli 21:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze Dawidi abwira Abanyagibeyoni ati: “Ndabakorere iki, kandi ntange impongano* ki+, kugira muhezagire koko intoranwa+ ya Yehova?”
3 Maze Dawidi abwira Abanyagibeyoni ati: “Ndabakorere iki, kandi ntange impongano* ki+, kugira muhezagire koko intoranwa+ ya Yehova?”