Zaburi 76:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Abari n’umutima urinduka banyazwe+,Bahunyije batwarwa n’itiro+,Kandi mu bagabo b’intwari bose nta n’umwe yaronse inguvu zo kunana+. Yesaya 56:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Inderetsi ziwe ni impumyi+. Nta n’umwe muri bo yitayeho ibintu+. Bose ni imbwa z’ibiragi; ntibashoboye gukuga+: barahezagirika, bakiryamira, bakikundira guhunikira+. Yeremiya 51:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 “Nibamara gushwangamuka nzotegura inzimano zabo kandi nzobaboreza kugira ngo bigine+; bazosinzira itiro ryamaho gushika igihe kitagira urugero, iryo batazokwikangura ngo barivemwo+,” ni ko Yehova avuze.
5 Abari n’umutima urinduka banyazwe+,Bahunyije batwarwa n’itiro+,Kandi mu bagabo b’intwari bose nta n’umwe yaronse inguvu zo kunana+.
10 Inderetsi ziwe ni impumyi+. Nta n’umwe muri bo yitayeho ibintu+. Bose ni imbwa z’ibiragi; ntibashoboye gukuga+: barahezagirika, bakiryamira, bakikundira guhunikira+.
39 “Nibamara gushwangamuka nzotegura inzimano zabo kandi nzobaboreza kugira ngo bigine+; bazosinzira itiro ryamaho gushika igihe kitagira urugero, iryo batazokwikangura ngo barivemwo+,” ni ko Yehova avuze.