Gusubira mu vyagezwe 32:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Ninaramuka nkarihije inkota yanje ica ibibatsi+,Kandi ukuboko kwanje kukifatira mu minwe urubanza+,Nzokwihora abarwanizi banje+Mpembe abanyanka bimwe bikaze+. Ezekiyeli 21:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yakarihirijwe gutunganya ugusasika; yasenewe guca ibibatsi+.’”’” “Canke twigine+?” “‘Mbega iranse agakoni k’ubutware+ k’umwana wanje+, nk’uko ibigirira igiti cose+?
41 Ninaramuka nkarihije inkota yanje ica ibibatsi+,Kandi ukuboko kwanje kukifatira mu minwe urubanza+,Nzokwihora abarwanizi banje+Mpembe abanyanka bimwe bikaze+.
10 Yakarihirijwe gutunganya ugusasika; yasenewe guca ibibatsi+.’”’” “Canke twigine+?” “‘Mbega iranse agakoni k’ubutware+ k’umwana wanje+, nk’uko ibigirira igiti cose+?