Kuvayo 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kuko ubu mba naratumye ukuboko kwanje nkagukubitisha ikiza wewe n’abantu bawe, ukazimanganywa kw’isi+. Guharura 14:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Reka ndabateze ikiza, ndabamare, nawe ndakugire ihanga rikomeye kandi ribarusha ubushobozi+.” Guharura 16:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Inyuma y’ivyo Musa abwira Aroni ati: “Tora ikijamwo umuriro, ugishiremwo umuriro uvuye ku gicaniro+, ugishireko imibavu maze unyarukire iyo ikoraniro riri ubatangire impongano+, kuko Yehova yarakaye+. Icago catanguye!” Guharura 25:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abishwe na nya kiza baba ibihumbi mirongo ibiri na bine+.
15 Kuko ubu mba naratumye ukuboko kwanje nkagukubitisha ikiza wewe n’abantu bawe, ukazimanganywa kw’isi+.
46 Inyuma y’ivyo Musa abwira Aroni ati: “Tora ikijamwo umuriro, ugishiremwo umuriro uvuye ku gicaniro+, ugishireko imibavu maze unyarukire iyo ikoraniro riri ubatangire impongano+, kuko Yehova yarakaye+. Icago catanguye!”