Zaburi 7:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nimba umuntu atigaruye+, inkota yayo izoyikarisha+,Umuheto wayo ntizobura kuwugonda, iwutegurire kurasa+. Gucura intimba 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yashinze ikirenge ku muheto wiwe nk’umwansi+. Ukuryo kwiwe+ kwafashe ikibanzaNk’umurwanizi+, kandi yagumye yica abaryoheye ijisho bose+.Yasutse ubushangashirwe bwiwe mw’ihema+ ry’umukobwa wa Siyoni, nk’umuriro+.
12 Nimba umuntu atigaruye+, inkota yayo izoyikarisha+,Umuheto wayo ntizobura kuwugonda, iwutegurire kurasa+.
4 Yashinze ikirenge ku muheto wiwe nk’umwansi+. Ukuryo kwiwe+ kwafashe ikibanzaNk’umurwanizi+, kandi yagumye yica abaryoheye ijisho bose+.Yasutse ubushangashirwe bwiwe mw’ihema+ ry’umukobwa wa Siyoni, nk’umuriro+.