Yesaya 60:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nayo abantu bawe, bose bazoba abagororotsi+; bazokwigabira igihugu gushika igihe kitagira urugero+, babe umunago nitereye+, igikorwa c’amaboko yanje+, kugira ngo nsharizwe+. Matayo 13:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Umwana w’umuntu azotuma abamarayika biwe, na bo begeranye ibintu vyose bitsitaza+ be n’abantu bakora ivy’ubugarariji, babikure mu bwami bwiwe
21 Nayo abantu bawe, bose bazoba abagororotsi+; bazokwigabira igihugu gushika igihe kitagira urugero+, babe umunago nitereye+, igikorwa c’amaboko yanje+, kugira ngo nsharizwe+.
41 Umwana w’umuntu azotuma abamarayika biwe, na bo begeranye ibintu vyose bitsitaza+ be n’abantu bakora ivy’ubugarariji, babikure mu bwami bwiwe