ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nehemiya 10:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Kuko mu vyumba vy’uburiro ari ho bene Isirayeli n’abahungu b’Abalewi bakwiye kuzana intererano+ y’intete, n’umuvinyu mushasha+ n’amavuta, kandi ni ho hari ibikoresho vy’aheranda n’abaherezi bakora igikorwa+, n’abarinzi b’amarembo+ n’abaririmvyi+; kandi tubwirizwa kudafata minenegwe inzu y’Imana yacu+.

  • Hagayi 1:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 “Mbega ubu ni igihe c’uko mwebwe mwibera mu mazu yanyu yometseko imbaho+ kandi iyi nzu ari umusaka+?

  • Abafilipi 2:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Kuko abandi bose bironderera inyungu zabo bwite+, atari iza Kristu Yezu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika