Abalewi 26:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kandi nzobwirizwa kuvuna ubwishime bw’inkomezi zanyu, nongere ntume amajuru yanyu amera nk’icuma+, n’isi yanyu nk’umujumpu. Gusubira mu vyagezwe 28:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Amajuru yawe yo hejuru y’umutwe wawe azocika nk’ubutare bw’umujumpu, isi iri munsi yawe na yo icike nk’icuma+. 1 Abami 8:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 “Ijuru niryugarwa ku buryo hataboneka imvura+, kubera yuko bazoba bagumye bagucumurako+, hanyuma bagasenga koko berekeje aha hantu+, bagahaya izina ryawe, kandi bagahindukira bakava mu gicumuro cabo, kuko uzoba wagumye ubateza amarushwa+,
19 Kandi nzobwirizwa kuvuna ubwishime bw’inkomezi zanyu, nongere ntume amajuru yanyu amera nk’icuma+, n’isi yanyu nk’umujumpu.
23 Amajuru yawe yo hejuru y’umutwe wawe azocika nk’ubutare bw’umujumpu, isi iri munsi yawe na yo icike nk’icuma+.
35 “Ijuru niryugarwa ku buryo hataboneka imvura+, kubera yuko bazoba bagumye bagucumurako+, hanyuma bagasenga koko berekeje aha hantu+, bagahaya izina ryawe, kandi bagahindukira bakava mu gicumuro cabo, kuko uzoba wagumye ubateza amarushwa+,