ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 3:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ehe isandugu y’isezerano ry’Umukama w’isi yose igira ibaje imbere muri Yorodani.

  • Yosuwa 3:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ibirenge vy’abaherezi bareruye isandugu ya Yehova Umukama w’isi yose nivyaba bigihonyora mu mazi ya Yorodani, amazi ya Yorodani azocibwamwo kubiri, amazi amanuka ava ruguru, kandi azohagarara abe urugomero+ rumwe.”

  • Yesaya 54:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “Kuko Umuhinguzi wawe Ahambaye+ ari we mugabo akugaba+, Yehova nyen’ingabo rikaba ari ryo zina ryiwe+; kandi wa Mweranda wa Isirayeli ni we Mucunguzi wawe+. Azokwitwa Imana y’isi yose+.

  • Mika 4:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “Haguruka ukubite nk’uko bakubita intete, ewe mukobwa wa Siyoni+; kuko ihembe ryawe nzorihindura icuma, n’ibinono vyawe nkabihindura umujumpu, kandi uzosya koko ibisata vy’abantu vyinshi+; inyungu yabo y’akarenganyo+ uzoyiziririza ibe iyihebewe Yehova, n’amatunga yabo aheberwe Umukama w’ukuri w’isi yose+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika