ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 11:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 ube umuvumo+, nimutagamburuka amabwirizwa ya Yehova Imana yanyu+, mugakevya mugata inzira ndabategetse uno musi, mukagendera inyuma y’izindi mana mutamenye.

  • Gusubira mu vyagezwe 28:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “Kandi nutumviriza ijwi rya Yehova Imana yawe mu kwitwararika gushitsa amabwirizwa yiwe yose n’ivyagezwe vyiwe ndagutegetse uno musi, iyi mivumo yose rero izokuzako, iguhamvye+:

  • Zaburi 109:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Yagumye akunda umuvumo+, na wo umuzako+;

      Kandi ntiyahimbawe n’umuhezagiro+,

      Na wo uba kure yiwe+;

  • Yesaya 24:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ni co gituma umuvumo warigase igihugu+, kandi abakibamwo baharurwako icaha. Ni co gituma ababa mu gihugu bagabanutse igitigiri, kandi abantu buntu basigaye ni bake cane+.

  • Malaki 4:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Azogarukana umutima wa ba se ku bana, n’umutima w’abana kuri ba se; kugira ngo simpave nza ngakubita isi vy’ukuri nkayitikiza+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika