Zaburi 103:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ntazoguma atora amahinyu ibihe vyose+,Eka ntazogumana inzika gushika igihe kitagira urugero+. Yesaya 12:1 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kandi kuri uwo musi+ ntuzobura kuvuga uti: “Nzogukengurukira, ewe Yehova, kuko naho wandurumbiye ishavu, ishavu ryawe ryahavuye risubira inyuma+, urampoza+. Hagayi 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mbega hari imbuto zigisigaye mu kinogo c’intete+? Kandi gushika n’ubu, umuzabibu n’igiti c’umusukoni n’igiti c’ikomamanga n’igiti c’umwelayo, vyoba birama? Kuva uwu musi nzobahunda umuhezagiro+.’”
12 Kandi kuri uwo musi+ ntuzobura kuvuga uti: “Nzogukengurukira, ewe Yehova, kuko naho wandurumbiye ishavu, ishavu ryawe ryahavuye risubira inyuma+, urampoza+.
19 Mbega hari imbuto zigisigaye mu kinogo c’intete+? Kandi gushika n’ubu, umuzabibu n’igiti c’umusukoni n’igiti c’ikomamanga n’igiti c’umwelayo, vyoba birama? Kuva uwu musi nzobahunda umuhezagiro+.’”