ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 34:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Nanje nzokiza intama zanje, kandi ntizizokwongera gucika ikintu co gusahurwa+; nzoca urubanza hagati y’intama n’iyindi.

  • Ezekiyeli 37:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ntibazokwongera kwihumanisha ibigirwamana vyabo vy’umwanda n’ibintu vyabo bisesemye be n’ibigabitanyo vyabo vyose+; kandi nzobakiza koko bave mu bibanza vyabo vyose babamwo, ivyo bacumuriyemwo, ndabahumanure+, kandi bazoba abantu banje koko, nanje mbe Imana yabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika