Zaburi 72:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko azorokora umworo atabaza+,N’umurushwa be n’uwo wese atagira gifasha+. Yesaya 40:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kurya kw’umwungere, azoragira ubusho bwiwe+. Azokwegeranya imyagazi y’intama n’ukuboko kwiwe+; azoyitwara mu gikiriza ciwe+. Izonsa azoziyobora yengenga+. Yeremiya 23:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Jewe nzokoraniriza hamwe amasigarira y’intama zanje ndazikuye mu bihugu vyose nari narazishwiragirijemwo+, ndazigarukane mw’itongo ry’uburagiriro ryazo+, na zo zizorondoka koko, zigwire+. Zakariya 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko ndabaragirira umukuku+ ugenewe kwicwa+, yemwe barushwa bo mu mukuku+. Ndaheza nironsa inkoni zibiri+. Imwe ndayita Gikundiro+, iyindi na yo ndayita Rwunzi+, maze ntangura kuragira umukuku.
11 Kurya kw’umwungere, azoragira ubusho bwiwe+. Azokwegeranya imyagazi y’intama n’ukuboko kwiwe+; azoyitwara mu gikiriza ciwe+. Izonsa azoziyobora yengenga+.
3 “Jewe nzokoraniriza hamwe amasigarira y’intama zanje ndazikuye mu bihugu vyose nari narazishwiragirijemwo+, ndazigarukane mw’itongo ry’uburagiriro ryazo+, na zo zizorondoka koko, zigwire+.
7 Nuko ndabaragirira umukuku+ ugenewe kwicwa+, yemwe barushwa bo mu mukuku+. Ndaheza nironsa inkoni zibiri+. Imwe ndayita Gikundiro+, iyindi na yo ndayita Rwunzi+, maze ntangura kuragira umukuku.